Gusubira mu vyagezwe 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nari mpagaze hagati ya Yehova na mwebwe ico gihe nyene+, kugira ndababwire ijambo rya Yehova, (kuko mwari mwatinye kubera umuriro maze ntimwaduga ku musozi+,) nti: Zaburi 97:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ibicu n’umuzimagiza w’umuzitanya bikwiye irya n’ino yiwe hose+;Ubugororotsi be n’ubutungane ni vyo kibanza gishimangiye c’intebe yiwe y’ubwami+.
5 Nari mpagaze hagati ya Yehova na mwebwe ico gihe nyene+, kugira ndababwire ijambo rya Yehova, (kuko mwari mwatinye kubera umuriro maze ntimwaduga ku musozi+,) nti: Zaburi 97:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ibicu n’umuzimagiza w’umuzitanya bikwiye irya n’ino yiwe hose+;Ubugororotsi be n’ubutungane ni vyo kibanza gishimangiye c’intebe yiwe y’ubwami+.
2 Ibicu n’umuzimagiza w’umuzitanya bikwiye irya n’ino yiwe hose+;Ubugororotsi be n’ubutungane ni vyo kibanza gishimangiye c’intebe yiwe y’ubwami+.