Kuvayo 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi narabonekera Aburahamu+, Izahaki+ na Yakobo+ bwa Mana Mushoboravyose+, mugabo ntaho nimenyekanishije kuri bo mw’izina ryanje Yehova+. Kuvayo 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi ata gukeka nzobazana kuri jewe mube abantu banje+, nanje nzobabera Imana koko+; kandi muzomenya vy’ukuri yuko jewe ndi Yehova Imana yanyu ariko arabakura munsi y’imizigo ya Misiri+. Abaroma 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko Icanditswe kibwira Farawo giti: “Iki nyene ni co catumye nkureka: ni ukugira ngo nerekanire kuri wewe ububasha bwanje, no kugira ngo izina ryanje ryamamare mw’isi yose+.”
3 Kandi narabonekera Aburahamu+, Izahaki+ na Yakobo+ bwa Mana Mushoboravyose+, mugabo ntaho nimenyekanishije kuri bo mw’izina ryanje Yehova+.
7 Kandi ata gukeka nzobazana kuri jewe mube abantu banje+, nanje nzobabera Imana koko+; kandi muzomenya vy’ukuri yuko jewe ndi Yehova Imana yanyu ariko arabakura munsi y’imizigo ya Misiri+.
17 Kuko Icanditswe kibwira Farawo giti: “Iki nyene ni co catumye nkureka: ni ukugira ngo nerekanire kuri wewe ububasha bwanje, no kugira ngo izina ryanje ryamamare mw’isi yose+.”