1 Samweli 15:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ariko Samweli avuga ati: “Nk’uko nyene inkota yawe+ yahekuye abagore, ni ko na nyoko wawe+ azoba uwuhekuwe kuruta abandi bose mu bagore+.” Samweli aca ahimbagurira Agagi imbere ya Yehova i Gilugali+. Matayo 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kuko urubanza muca ari rwo namwe muzocirwa+; kandi ingero mugeresha ni yo namwe bazobagererako+.
33 Ariko Samweli avuga ati: “Nk’uko nyene inkota yawe+ yahekuye abagore, ni ko na nyoko wawe+ azoba uwuhekuwe kuruta abandi bose mu bagore+.” Samweli aca ahimbagurira Agagi imbere ya Yehova i Gilugali+.