Abanyefeso 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Namwe ba shebuja, mugume mubagirira ivyo nyene, mureke iterabwoba+, kuko muzi yuko Shebuja wabo akaba n’uwanyu+ ari mw’ijuru, kandi nta kugira nkunzi+ kuba muri we. Abakolosayi 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yemwe ba shebuja, mugume mugirira abashumba banyu ibigororotse n’ibitarimwo akarenganyo+, muzi yuko namwe mufise Shobuja mw’ijuru+.
9 Namwe ba shebuja, mugume mubagirira ivyo nyene, mureke iterabwoba+, kuko muzi yuko Shebuja wabo akaba n’uwanyu+ ari mw’ijuru, kandi nta kugira nkunzi+ kuba muri we.
4 Yemwe ba shebuja, mugume mugirira abashumba banyu ibigororotse n’ibitarimwo akarenganyo+, muzi yuko namwe mufise Shobuja mw’ijuru+.