Gusubira mu vyagezwe 16:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Ukwiye kwishiriraho abacamanza+ n’abarongozi+ mu marembo yawe yose Yehova Imana yawe agira aguhe hakurikijwe imiryango yawe, na bo bategerezwa gucira abantu urubanza rugororotse. Gusubira mu vyagezwe 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 abo bantu babiri bafitaniye amatati baze bahagarare imbere ya Yehova, imbere y’abaherezi n’abacamanza bazoba bakora muri iyo misi+. Zaburi 82:1 Bibiliya y’isi nshasha 82 Imana ihagaze mw’ikoraniro+ rya Nyenubumana+;Icira imanza hagati y’imana+ iti:
18 “Ukwiye kwishiriraho abacamanza+ n’abarongozi+ mu marembo yawe yose Yehova Imana yawe agira aguhe hakurikijwe imiryango yawe, na bo bategerezwa gucira abantu urubanza rugororotse.
17 abo bantu babiri bafitaniye amatati baze bahagarare imbere ya Yehova, imbere y’abaherezi n’abacamanza bazoba bakora muri iyo misi+.