Abalewi 23:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ku musi wa mbere muzogira ihwaniro ryeranda+. Nta gikorwa na kimwe kiruhisha muzokora. Abalewi 23:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Mu kwezi kugira indwi+, ku musi wa mbere wa nya kwezi, hakwiye kuba akaruhuko kuzuye kuri mwebwe, ubabere icibutso biciye kw’ijwi ry’urumbete+, ihwaniro ryeranda+. Guharura 29:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “‘Hanyuma ku musi ugira cumi na gatanu wa nya kwezi kugira indwi+ muzogira ihwaniro ryeranda+. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa kiruhisha mukora+, kandi muze muhimbarize Yehova umusi mukuru imisi indwi+.
24 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Mu kwezi kugira indwi+, ku musi wa mbere wa nya kwezi, hakwiye kuba akaruhuko kuzuye kuri mwebwe, ubabere icibutso biciye kw’ijwi ry’urumbete+, ihwaniro ryeranda+.
12 “‘Hanyuma ku musi ugira cumi na gatanu wa nya kwezi kugira indwi+ muzogira ihwaniro ryeranda+. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa kiruhisha mukora+, kandi muze muhimbarize Yehova umusi mukuru imisi indwi+.