Gusubira mu vyagezwe 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Imisi indwi uzohimbaza umusi mukuru+ ku bwa Yehova Imana yawe ahantu Yehova azotora, kuko Yehova Imana yawe azoguhezagira+ mu mwimbu wawe wose no mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe, kandi utegerezwa kuba uwunezerewe gusa+. Nehemiya 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Abandanya kubabwira ati: “Gende murye ibintu binuze, munywe n’ibintu bisosa, kandi murungikire imigabane+ umuntu ata co yateguriwe; kuko uwu musi ari mweranda ku Mukama wacu; ntimubabare, kuko akanyamuneza ka Yehova ari igihome gikomeye canyu.”
15 Imisi indwi uzohimbaza umusi mukuru+ ku bwa Yehova Imana yawe ahantu Yehova azotora, kuko Yehova Imana yawe azoguhezagira+ mu mwimbu wawe wose no mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe, kandi utegerezwa kuba uwunezerewe gusa+.
10 Abandanya kubabwira ati: “Gende murye ibintu binuze, munywe n’ibintu bisosa, kandi murungikire imigabane+ umuntu ata co yateguriwe; kuko uwu musi ari mweranda ku Mukama wacu; ntimubabare, kuko akanyamuneza ka Yehova ari igihome gikomeye canyu.”