ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 29:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “‘Hanyuma ku musi ugira cumi na gatanu wa nya kwezi kugira indwi+ muzogira ihwaniro ryeranda+. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa kiruhisha mukora+, kandi muze muhimbarize Yehova umusi mukuru imisi indwi+.

  • Nehemiya 8:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Basoma n’ijwi ryumvikana mu gitabu c’itegeko ry’Imana y’ukuri ku musi ku musi+, kuva ku musi wa mbere gushika ku musi wa nyuma; bamara imisi indwi bahimbaza umusi mukuru, ku musi ugira umunani na ho haba ikoraniro ry’agakūra, nk’uko ingingo yashinzwe yabivuga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika