Kuvayo 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Kandi umuhungu wawe niyakubaza mu nyuma+ ati: ‘Ibi bisobanura iki?’, uze umubwire uti: ‘Inkomezi z’ukuboko ni zo Yehova yadukuje mu Misiri+, mu nzu y’abashumba+. Gusubira mu vyagezwe 31:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi abana babo ata co bamenye baze bumvirize+, bige gutinya Yehova Imana yanyu imisi yose muzoba muba ku butaka muriko murajabuka Yorodani ngo mubwigarurire+.” Zaburi 78:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kugira ngo iyaruka ryoje, ari bo bana bari kuvuka, ribimenye+,Bahaguruke, bavyiganire abana babo+,
14 “Kandi umuhungu wawe niyakubaza mu nyuma+ ati: ‘Ibi bisobanura iki?’, uze umubwire uti: ‘Inkomezi z’ukuboko ni zo Yehova yadukuje mu Misiri+, mu nzu y’abashumba+.
13 Kandi abana babo ata co bamenye baze bumvirize+, bige gutinya Yehova Imana yanyu imisi yose muzoba muba ku butaka muriko murajabuka Yorodani ngo mubwigarurire+.”