Abalewi 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 aze ashinge ko iyo shūri yose ikurwaho ikajanwa ku mubari w’ikambi+, ahantu hadahumanye, ahasukwa ya minyota irimwo ibinure+, kandi aze ayituririre ku nkwi mu muriro+. Ahasukwa ya minyota irimwo ibinure ni ho ikwiye guturirirwa.
12 aze ashinge ko iyo shūri yose ikurwaho ikajanwa ku mubari w’ikambi+, ahantu hadahumanye, ahasukwa ya minyota irimwo ibinure+, kandi aze ayituririre ku nkwi mu muriro+. Ahasukwa ya minyota irimwo ibinure ni ho ikwiye guturirirwa.