ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 25:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “‘Muri uyo mwaka wa Yubile, umwe wese muri mwebwe akwiye gusubira kw’itongo ryiwe+.

  • Guharura 36:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Maze nihaba Yubile+ ku bwa bene Isirayeli, intoranwa ya nya bagore izokwongerwa rero ku ntoranwa y’umuryango bazoba begukiye; ku buryo intoranwa yabo yoba ikuwe ku ntoranwa y’umuryango wa ba data.”

  • Gusubira mu vyagezwe 15:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Uko haheze imyaka indwi, ukwiye guhebera abantu imyenda.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika