ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 23:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mugabo umwaka ugira indwi uze uyireke irare, uyireke iruhuke+, aboro bo mu bantu b’iwanyu baze bayiryeko. Ivyo basigaje na vyo ibikoko bizobirya+. Ukwo ni ko uzogenza umurima wawe w’imizabibu n’umurima wawe w’imyelayo.

  • Abalewi 25:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi isabato y’igihugu ize ibabere ibifungurwa, wewe n’umushumba wawe, n’umushumbakazi wawe, n’umucangero wawe, n’inyambukira iri kumwe nawe, n’ababanye nawe ari ba kavamahanga,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika