Abalewi 25:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 “‘Mugabo nimba ukuboko kwiwe kutaronse ibikwiye amusubiza, ivyo yagurishije rero bize bigume mu kuboko kw’umuguzi wavyo gushika ku mwaka wa Yubile+; kuri nya Yubile bitegerezwa kurekurwa, na we agasubira kw’itongo ryiwe+.
28 “‘Mugabo nimba ukuboko kwiwe kutaronse ibikwiye amusubiza, ivyo yagurishije rero bize bigume mu kuboko kw’umuguzi wavyo gushika ku mwaka wa Yubile+; kuri nya Yubile bitegerezwa kurekurwa, na we agasubira kw’itongo ryiwe+.