Abalewi 25:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “‘Mwene wanyu niyacika mworo, akabwirizwa kugurisha igipande c’itongo ryiwe, umucunguzi w’incuti ya hafi ategerezwa rero kuza akagaruza ico mwene wabo yagurishije+.
25 “‘Mwene wanyu niyacika mworo, akabwirizwa kugurisha igipande c’itongo ryiwe, umucunguzi w’incuti ya hafi ategerezwa rero kuza akagaruza ico mwene wabo yagurishije+.