ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 15:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ntibize bibe ikintu kigoye mu maso yawe niwamurungika akava iwawe ari uwidegemvya+; kuko yagukoreye imyaka itandatu ku bw’ibingana kabiri impembo y’umucangero+, kandi Yehova Imana yawe akaba yaraguhezagiye mu vyo wakora vyose+.

  • Yesaya 16:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ubu na ho Yehova aravuze, ati: “Mu myaka itatu, nk’uko imyaka y’umucangero+ iri, ubuninahazwa+ bwa Mowabu butegerezwa rero kugirwa agaterasoni mu ntureka nyinshi y’ubwoko bwose, kandi abasigaye bazoba inkehwa ziri ku rushi, badakomeye+.”

  • Yesaya 21:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kuko ibi ari vyo Yehova ambwiye: “Hasigaye umwaka umwe, nk’uko imyaka y’umucangero iri+, ubuninahazwa bwose bwa Kedari+ bukarangira koko.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika