Kuvayo 32:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Hanyuma ku musi nyene ukurikira, Musa atangura kubwira abantu ati: “Mwebwe mwacumuye igicumuro gikomeye+, kandi ubu ngira nduge kwa Yehova. Hari aho noshobora gutanga iciru ku bw’igicumuro canyu+.” Guharura 15:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Umuherezi aze atangire impongano uwo muntu yahuvye mu gukora igicumuro atabishaka imbere ya Yehova, kugira ngo gitangirwe impongano, na we azobabarirwa+.
30 Hanyuma ku musi nyene ukurikira, Musa atangura kubwira abantu ati: “Mwebwe mwacumuye igicumuro gikomeye+, kandi ubu ngira nduge kwa Yehova. Hari aho noshobora gutanga iciru ku bw’igicumuro canyu+.”
28 Umuherezi aze atangire impongano uwo muntu yahuvye mu gukora igicumuro atabishaka imbere ya Yehova, kugira ngo gitangirwe impongano, na we azobabarirwa+.