Gusubira mu vyagezwe 11:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi sinzobura gutanga ibimera vyo mw’itongo ryawe ku bw’ibitungwa vyawe+, kandi uzorya koko uhage+. Yoweli 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi Yehova azokwishura abantu biwe ati: ‘Ehe ngira ndabarungikire intete n’umuvinyu mushasha n’amavuta, namwe ntimuzobura guhazwa na vyo+; kandi sinzokwongera kubagira iceyi mu mahanga+.
15 Kandi sinzobura gutanga ibimera vyo mw’itongo ryawe ku bw’ibitungwa vyawe+, kandi uzorya koko uhage+.
19 Kandi Yehova azokwishura abantu biwe ati: ‘Ehe ngira ndabarungikire intete n’umuvinyu mushasha n’amavuta, namwe ntimuzobura guhazwa na vyo+; kandi sinzokwongera kubagira iceyi mu mahanga+.