Kuvayo 22:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Uku ni ko uzogenza ishūri yawe n’intama yawe+: Mu misi indwi izogumana na nyina wayo+. Ku musi ugira umunani uze uyimpe. Gusubira mu vyagezwe 15:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Ikigabo c’uburiza cose kizovuka mu busho bwawe no mu mukuku wawe uze ucereze Yehova Imana yawe+. Ntuze ukoreshe igikorwa na kimwe uburiza bw’ishūri yawe, canke ngo ukemure uburiza bwo mu mukuku wawe+.
30 Uku ni ko uzogenza ishūri yawe n’intama yawe+: Mu misi indwi izogumana na nyina wayo+. Ku musi ugira umunani uze uyimpe.
19 “Ikigabo c’uburiza cose kizovuka mu busho bwawe no mu mukuku wawe uze ucereze Yehova Imana yawe+. Ntuze ukoreshe igikorwa na kimwe uburiza bw’ishūri yawe, canke ngo ukemure uburiza bwo mu mukuku wawe+.