Abalewi 4:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 canke igicumuro ciwe yakoze akaba yakimenyeshejwe, aze azane bwa shikanwa ryiwe umwagazi w’impene w’ishashi+, uwutagira agahonzi, ku bw’igicumuro yakoze.
28 canke igicumuro ciwe yakoze akaba yakimenyeshejwe, aze azane bwa shikanwa ryiwe umwagazi w’impene w’ishashi+, uwutagira agahonzi, ku bw’igicumuro yakoze.