ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 6:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kandi umwe muri bo aze akamate n’urushi rwiwe nkeyi kw’ifu inoze y’ishikanwa ry’intete na makeyi ku mavuta yaryo n’imibavu ya olibani yose iri kuri nya shikanwa ry’intete, abifumbishe umwotsi ku gicaniro, bibe akamoto karuhura k’icibutsa+ caryo kuri Yehova.

  • Guharura 5:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Maze uwo muherezi aze akamate igihimba ca nya shikanwa ry’intete bwa cibutsa+ caryo, agifumbishe umwotsi ku gicaniro; inyuma y’ivyo azonywesha nya mugore ayo mazi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika