Abalewi 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi bwa shikanwa ryiwe ry’ukwagirwa n’icaha, azozanira Yehova impfizi y’intama itagira agahonzi+ ivuye mu mukuku hisunzwe agaciro kagereranijwe, ibe ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+, ihabwe umuherezi.
6 Kandi bwa shikanwa ryiwe ry’ukwagirwa n’icaha, azozanira Yehova impfizi y’intama itagira agahonzi+ ivuye mu mukuku hisunzwe agaciro kagereranijwe, ibe ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+, ihabwe umuherezi.