ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 19:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Amakosa, ni nde yoyatahura+?

      Nunyite intungane unkureko ibicumuro vyihishije+.

  • Luka 12:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Ariko uwutategereye+ bigatuma akora ibikwiriye inkoni, azokubitwa nkeyi+. Nkako, uwahawe vyinshi wese, azokwakwa vyinshi+; kandi uwo bajeje vyinshi, bazomwaka ibirenze ibisanzwe+.

  • Abaheburayo 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Arashoboye kugirira ibiri ku rugero abantu ata co bazi be n’abahuba kuko na we nyene akikujwe n’ubugoyagoye bwiwe bwite+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika