ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 9:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Hanyuma bamuhereza rya shikanwa riturirwa, mu bipande vyaryo, be n’umutwe, na we abifumbisha umwotsi ku gicaniro+.

  • 1 Abami 18:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ubu rero, nibaduhe ibimasa bibiri, maze bitorere ikimasa kimwe hanyuma bagihimbagure baheze bagishire ku nkwi, mugabo ntibagishireko umuriro. Nanje ubwanje ndategura ikindi kimasa hanyuma ndagishire ku nkwi, mugabo sinza kugishirako umuriro.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika