ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “‘Mugabo nimba ata buryo buhagije afise bwo kuronka intama+, bwa shikanwa ryiwe ry’ukwagirwa n’icaha ku bw’igicumuro yakoze, aze azanire Yehova intunguru+ zibiri canke inuma zibiri zikiri nto, imwe ku bw’ishikanwa ry’igicumuro+ iyindi ku bw’ishikanwa riturirwa.

  • Abalewi 12:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mugabo nimba ata buryo buhagije afise bwo kuronka intama, aze atore intunguru zibiri canke inuma zibiri zikiri nto+, imwe ibe iy’ishikanwa riturirwa, iyindi ibe iy’ishikanwa ry’igicumuro, umuherezi aheze amutangire impongano+, uwo mugore aheze abe uwudahumanye.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika