Ivyakozwe 7:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Uyo ni we+ yahavuye aba hagati mw’ishengero+ mu gahinga ari kumwe na wa mumarayika+ yavugana na we ku musozi Sinayi, aba kandi kumwe na ba sogokuruza, yongera aronka amajambo meranda mazima+ yo kubaha.
38 Uyo ni we+ yahavuye aba hagati mw’ishengero+ mu gahinga ari kumwe na wa mumarayika+ yavugana na we ku musozi Sinayi, aba kandi kumwe na ba sogokuruza, yongera aronka amajambo meranda mazima+ yo kubaha.