ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 6:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Rizokoranwa amavuta kw’ikarayi+. Uzorizana rivanze neza. Uzoshikiriza ibicumbano vy’ishikanwa ry’intete mu bimanyu, bibe akamoto karuhura kuri Yehova.

  • Guharura 28:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Hanyuma uzohereza wa mwagazi w’intama w’isuguru wundi hagati ya ya migoroba ibiri. Uzowuhereza bwa shikanwa rishikanishwa umuriro, ry’akamoto karuhura kuri Yehova, uri kumwe n’ishikanwa ry’intete nk’iryo mu gitondo, uri kumwe kandi na rya shikanwa ry’ikinyobwa nyene ryawo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika