Kuvayo 29:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Kandi nihagira igisigara ku nyama z’ikimazi c’iyatira no kuri wa mukate gushika mu gitondo, uze ugiturire n’umuriro+. Ntikize kiribwe, kuko ari ikintu ceranda.
34 Kandi nihagira igisigara ku nyama z’ikimazi c’iyatira no kuri wa mukate gushika mu gitondo, uze ugiturire n’umuriro+. Ntikize kiribwe, kuko ari ikintu ceranda.