Kuvayo 29:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 “Kandi uku ni ko utegerezwa kugirira Aroni n’abahungu biwe wisunze ivyo nagutegetse vyose+: Uzofata imisi indwi kugira wuzuze ukuboko kwabo ububasha+. Guharura 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ayo ni yo yari amazina ya bene Aroni, abaherezi barobanujwe amavuta*, abo amaboko yabo yari yujujwe ububasha ngo bakore ari abaherezi+.
35 “Kandi uku ni ko utegerezwa kugirira Aroni n’abahungu biwe wisunze ivyo nagutegetse vyose+: Uzofata imisi indwi kugira wuzuze ukuboko kwabo ububasha+.
3 Ayo ni yo yari amazina ya bene Aroni, abaherezi barobanujwe amavuta*, abo amaboko yabo yari yujujwe ububasha ngo bakore ari abaherezi+.