ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 4:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Umuherezi aze ashire makeyi kuri nya maraso ku mahembe+ y’igicaniro c’imibavu* imota neza imbere ya Yehova, ikiri mw’ihema ry’ihuriro, hanyuma ayasigaye yose ku maraso ya nya shūri azoyasuka ku ntaba+ y’igicaniro c’ishikanwa riturirwa, ikiri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro.

  • Abalewi 16:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Kandi aze asohoke aje ku gicaniro+, ikiri imbere ya Yehova, aheze agitangire impongano, atore makeyi ku maraso ya ya shūri na makeyi ku maraso ya ya mpene ayashire ku mahembe ya nya gicaniro hirya no hino+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika