Abalewi 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Inyuma y’ivyo Musa atora ikinure cose cari ku mara, na ka gahimba ko ku gitigu na ya mafyigo abiri n’ikinure cayo, araheza abifumbisha umwotsi ku gicaniro+.
16 Inyuma y’ivyo Musa atora ikinure cose cari ku mara, na ka gahimba ko ku gitigu na ya mafyigo abiri n’ikinure cayo, araheza abifumbisha umwotsi ku gicaniro+.