Abalewi 8:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Hanyuma Musa atora ya nkoro+, ayizungagiza irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa imbere ya Yehova+. Yakuwe kuri ya mpfizi y’intama y’iyatira, icika umugabane+ wa Musa, nk’uko Yehova yari yamutegetse. Guharura 18:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Inyama zavyo zize zibe rwawe. Nk’uko biri ku nkoro y’ishikanwa rizungagizwa no ku kuguru kw’ukuryo, zizoba rwawe+.
29 Hanyuma Musa atora ya nkoro+, ayizungagiza irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa imbere ya Yehova+. Yakuwe kuri ya mpfizi y’intama y’iyatira, icika umugabane+ wa Musa, nk’uko Yehova yari yamutegetse.
18 Inyama zavyo zize zibe rwawe. Nk’uko biri ku nkoro y’ishikanwa rizungagizwa no ku kuguru kw’ukuryo, zizoba rwawe+.