1 Abakorinto 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ntimuzi yuko abakora imirimo myeranda barya+ ibintu vyo mu rusengero, abaguma bakora+ ku gicaniro* na bo bagasangira n’igicaniro?
13 Ntimuzi yuko abakora imirimo myeranda barya+ ibintu vyo mu rusengero, abaguma bakora+ ku gicaniro* na bo bagasangira n’igicaniro?