-
Abalewi 13:24Bibiliya y’isi nshasha
-
-
24 “Mu gihe na ho habaye inkovu mu rukoba rw’umubiri bivuye ku muriro, umubiri mubisi wa nya nkovu ugacika koko ikibibi cera kigomba gutukura canke icera,
-