Gusubira mu vyagezwe 28:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “Yehova azoguteza vya bihute vyo mu Misiri+, n’ibivyimba*, n’intuta, n’ibiturika, ivyo utazoshobora gukira. 2 Abami 20:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yesaya abandanya kuvuga ati: “Nimutore agatsima k’insukoni zumye zafyonzwe+ zikegerana.” Nuko baragatora, bagashira ku gihute+, arahava arakira+. Yobu 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Shetani aca arasohoka ava imbere ya Yehova+ maze ateza Yobu ibihute bikaze+, kuva mu bworo bw’ikirenge gushika mu rutwariro.
27 “Yehova azoguteza vya bihute vyo mu Misiri+, n’ibivyimba*, n’intuta, n’ibiturika, ivyo utazoshobora gukira.
7 Yesaya abandanya kuvuga ati: “Nimutore agatsima k’insukoni zumye zafyonzwe+ zikegerana.” Nuko baragatora, bagashira ku gihute+, arahava arakira+.
7 Shetani aca arasohoka ava imbere ya Yehova+ maze ateza Yobu ibihute bikaze+, kuva mu bworo bw’ikirenge gushika mu rutwariro.