Abalewi 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo nimba nya kibibi cera mu rukoba rw’umubiri wiwe kandi kikaba kiboneka ko kitimbitse kuruta urukoba kandi ubwoya bwaco bukaba butahindutse ubwera, umuherezi aze akumire+ uwatewe na nya cago imisi indwi.
4 Mugabo nimba nya kibibi cera mu rukoba rw’umubiri wiwe kandi kikaba kiboneka ko kitimbitse kuruta urukoba kandi ubwoya bwaco bukaba butahindutse ubwera, umuherezi aze akumire+ uwatewe na nya cago imisi indwi.