Abalewi 14:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 umuherezi+ aze yinjire rero yihweze; maze nimba nya cago cakwiragiye mu nzu, izoba ari imibembe ikaze+ muri nya nzu. Irahumanye.
44 umuherezi+ aze yinjire rero yihweze; maze nimba nya cago cakwiragiye mu nzu, izoba ari imibembe ikaze+ muri nya nzu. Irahumanye.