-
Kuvayo 29:20Bibiliya y’isi nshasha
-
-
20 Uze ukerere iyo mpfizi y’intama, utore makeyi ku maraso yayo uyashire kw’ibabi ry’ugutwi kw’iburyo kwa Aroni, no kw’ibabi ry’ugutwi kw’iburyo kw’abahungu biwe, no ku rukumu rw’ukuboko kwabo kw’ukuryo, no kw’ino rikuru ry’ikirenge cabo c’iburyo+, kandi uze umijagire nya maraso irya n’ino ku gicaniro.
-