Abalewi 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umuherezi aze amutangire impongano+ imbere ya Yehova, abone kubabarirwa ku bijanye n’ico ari co cose mu bintu vyose yokora akagirwa n’icaha.” 1 Yohani 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ariko nimba tugendera mu muco nk’uko na yo ubwayo iri mu muco+, turafise koko ugusangira hagati yacu+, kandi amaraso+ ya Yezu Umwana wayo aratwoza+ igicumuro cose+. 1 Yohani 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi uyo ni ikimazi+ c’impongano+ ku bw’ibicumuro vyacu+, yamara atari ku bw’ivyacu+ gusa ahubwo kandi ku bw’ivy’isi yose+.
7 Umuherezi aze amutangire impongano+ imbere ya Yehova, abone kubabarirwa ku bijanye n’ico ari co cose mu bintu vyose yokora akagirwa n’icaha.”
7 Ariko nimba tugendera mu muco nk’uko na yo ubwayo iri mu muco+, turafise koko ugusangira hagati yacu+, kandi amaraso+ ya Yezu Umwana wayo aratwoza+ igicumuro cose+.
2 Kandi uyo ni ikimazi+ c’impongano+ ku bw’ibicumuro vyacu+, yamara atari ku bw’ivyacu+ gusa ahubwo kandi ku bw’ivy’isi yose+.