Abalewi 14:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Iri ni ryo rizocika itegeko rigenga umunyamibembe+ ku musi wo kwemeza ityororwa ryiwe, igihe ategerezwa kuzanwa ku muherezi+. Abalewi 14:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze aze ayacucagire+ incuro indwi+ ku wuriko arihumanura imibembe, avuge ko adahumanye+, aheze arungike ya nyoni nzima mu gahinga+.
2 “Iri ni ryo rizocika itegeko rigenga umunyamibembe+ ku musi wo kwemeza ityororwa ryiwe, igihe ategerezwa kuzanwa ku muherezi+.
7 Maze aze ayacucagire+ incuro indwi+ ku wuriko arihumanura imibembe, avuge ko adahumanye+, aheze arungike ya nyoni nzima mu gahinga+.