Abalewi 23:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Nimwateba mukinjira mu gihugu ngira ndabahe, mukamara gushwabura umwimbu waco, mutegerezwa rero kuzanira umuherezi umuganda w’umushuzo+ w’umwimbu wanyu. Guharura 35:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Mugira mujabuke Yorodani muje mu gihugu ca Kanani+. Gusubira mu vyagezwe 26:1 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Niwateba ukinjira mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa, umaze kucigarurira ukakibamwo+,
10 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Nimwateba mukinjira mu gihugu ngira ndabahe, mukamara gushwabura umwimbu waco, mutegerezwa rero kuzanira umuherezi umuganda w’umushuzo+ w’umwimbu wanyu.
26 “Niwateba ukinjira mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa, umaze kucigarurira ukakibamwo+,