-
Abalewi 13:56Bibiliya y’isi nshasha
-
-
56 “Mugabo nimba umuherezi yihweje, maze agasanga nya cago kiriko kirazimangana inyuma y’aho kimariye kumeswa, aze agitabure kuri nya mpuzu canke nya rushato canke nya nyuzi z’indamvu canke z’insobanya.
-