ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 11:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ivyo rero vyotuma mwihumanya. Umuntu wese akoze ku mivyimba yavyo azoba uwuhumanye gushika ku mugoroba+.

  • Abalewi 15:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mu gihe uwufise urunyigimbe rwisuka aciriye ku muntu adahumanye, uno rero aze amese impuzu ziwe kandi yiyuhagire mu mazi, abe uwuhumanye gushika ku mugoroba.

  • Abalewi 17:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Umuntu wese ariye umuvyimba w’icamaze gupfa canke icatabaguwe n’igikoko+, yaba imvukira canke kavamahanga, ategerezwa rero kumesa impuzu ziwe kandi akiyuhagira mu mazi, akaba uwuhumanye gushika ku mugoroba+, aheze abe uwudahumanye.

  • Abalewi 22:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Umuntu akoze ku kintu cose bene ico ategerezwa kuba uwuhumanye gushika ku mugoroba, kandi ntiyorya na kimwe mu bintu vyeranda, mugabo ategerezwa kwuhagira umubiri wiwe mu mazi+.

  • Guharura 19:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Umuherezi aze amese impuzu ziwe kandi yuhagire umubiri wiwe mu mazi; mu nyuma azoshobora kwinjira mw’ikambi; mugabo uwo muherezi aze abe uwuhumanye gushika ku mugoroba.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika