Abalewi 14:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umuherezi aze asohoke hanze y’ikambi, arabe; nimba nya cago c’imibembe cakize+ muri nya munyamibembe, Gusubira mu vyagezwe 32:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ubu rero nimubone ko jewe ubwanje ndi we+Kandi nta zindi mana turi kumwe+.Ndica, nkabeshaho+.Narakomerekeje cane+, kandi ni jewe nzokiza+,Kandi nta wushikura mu kuboko kwanje+.
3 Umuherezi aze asohoke hanze y’ikambi, arabe; nimba nya cago c’imibembe cakize+ muri nya munyamibembe,
39 Ubu rero nimubone ko jewe ubwanje ndi we+Kandi nta zindi mana turi kumwe+.Ndica, nkabeshaho+.Narakomerekeje cane+, kandi ni jewe nzokiza+,Kandi nta wushikura mu kuboko kwanje+.