Zaburi 51:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nunyoze rwose unkureko ikosa ryanje+,Umpumanure igicumuro canje+. Yeremiya 33:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nzobatyorora ikosa ryabo ryose bancumuyeko+, kandi nzobaharira amakosa yabo yose bancumuyeko bakongera bakangabitanyako+. Ezekiyeli 36:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nzobamijagirako amazi atyoroye, namwe mube abatyoroye+; nzobuhagira ubuhumane bwanyu bwose+ n’ibigirwamana vyanyu vyose vy’umwanda+. Abanyefeso 5:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 kugira ngo aryeze+, aryuhagize amazi biciye kuri rya jambo+, Abaheburayo 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 none amaraso+ ya Kristu, uwishikanye ku Mana atagira ikirabagu+ biciye ku mpwemu idahera+, ntazorushiriza guhumanura amajwi yacu yo mu mutima agakira ibikorwa bipfuye+ kugira dukorere ya Mana nzima igikorwa ceranda+? Abaheburayo 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ahandiho, mbega ibimazi ntibiba vyararetse gushikanwa, kuko abakora igikorwa ceranda bari bahumanuwe rimwe rizima batosubiye kwiyumvamwo ibicumuro+?
8 Nzobatyorora ikosa ryabo ryose bancumuyeko+, kandi nzobaharira amakosa yabo yose bancumuyeko bakongera bakangabitanyako+.
25 Nzobamijagirako amazi atyoroye, namwe mube abatyoroye+; nzobuhagira ubuhumane bwanyu bwose+ n’ibigirwamana vyanyu vyose vy’umwanda+.
14 none amaraso+ ya Kristu, uwishikanye ku Mana atagira ikirabagu+ biciye ku mpwemu idahera+, ntazorushiriza guhumanura amajwi yacu yo mu mutima agakira ibikorwa bipfuye+ kugira dukorere ya Mana nzima igikorwa ceranda+?
2 Ahandiho, mbega ibimazi ntibiba vyararetse gushikanwa, kuko abakora igikorwa ceranda bari bahumanuwe rimwe rizima batosubiye kwiyumvamwo ibicumuro+?