Zaburi 106:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Bivanga n’amahanga+,Batangura kwiga ibikorwa vyabo+. Ezekiyeli 20:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze ndababwira nti: ‘Nimushiburire kure, umwe wese muri mwebwe, ibintu bisesemye vy’amaso yiwe+, kandi ntimwihumanishe ibigirwamana vy’umwanda vya Misiri+. Ndi Yehova Imana yanyu+.’ Yakobo 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yemwe bagore murenga ibigo+, ntimuzi yuko kugiranira ubugenzi n’isi ari ukwankana n’Imana+? Uwo wese rero ashaka kuba umugenzi+ w’isi aba ariko yigira umwansi w’Imana+.
7 Maze ndababwira nti: ‘Nimushiburire kure, umwe wese muri mwebwe, ibintu bisesemye vy’amaso yiwe+, kandi ntimwihumanishe ibigirwamana vy’umwanda vya Misiri+. Ndi Yehova Imana yanyu+.’
4 Yemwe bagore murenga ibigo+, ntimuzi yuko kugiranira ubugenzi n’isi ari ukwankana n’Imana+? Uwo wese rero ashaka kuba umugenzi+ w’isi aba ariko yigira umwansi w’Imana+.