Abalewi 19:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Mutegerezwa rero kugumya ivyagezwe vyanje vyose n’ingingo zanje zose z’ubutungane, kandi mutegerezwa kubishitsa+. Ndi Yehova.’” Abalewi 20:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “‘Mutegerezwa kugumya ivyagezwe+ vyanje vyose n’ingingo zanje zose z’ubutungane+, mukabishitsa, kugira ngo igihugu ndiko ndabajanamwo ngo mukibemwo ntikize kibadahwe+. Gusubira mu vyagezwe 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ubu rero, ewe Isirayeli, umviriza ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane* ndiko ndabigisha ngo muzishitse, kugira ngo mubeho+, kandi koko mwinjire, mwigarurire igihugu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu agira abahe.
37 Mutegerezwa rero kugumya ivyagezwe vyanje vyose n’ingingo zanje zose z’ubutungane, kandi mutegerezwa kubishitsa+. Ndi Yehova.’”
22 “‘Mutegerezwa kugumya ivyagezwe+ vyanje vyose n’ingingo zanje zose z’ubutungane+, mukabishitsa, kugira ngo igihugu ndiko ndabajanamwo ngo mukibemwo ntikize kibadahwe+.
4 “Ubu rero, ewe Isirayeli, umviriza ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane* ndiko ndabigisha ngo muzishitse, kugira ngo mubeho+, kandi koko mwinjire, mwigarurire igihugu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu agira abahe.