Abalewi 20:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “‘Ntuze upfukure ubwambure bwa mwene wabo na nyoko wawe+ n’ubwa mushiki wa so+, kuko umuntu aba ashize ku kabarore incuti yiwe y’amaraso+. Bakwiye kwishura ikosa ryabo.
19 “‘Ntuze upfukure ubwambure bwa mwene wabo na nyoko wawe+ n’ubwa mushiki wa so+, kuko umuntu aba ashize ku kabarore incuti yiwe y’amaraso+. Bakwiye kwishura ikosa ryabo.