Abalewi 20:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “‘Umugabo niyatwara umukobwa na nyina wiwe, buzoba ari ubushirasoni+. Bakwiye kumuturirana na bo mu muriro+, kugira ngo ubushirasoni+ ntibubandanye hagati muri mwebwe. Gusubira mu vyagezwe 27:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “‘Aravumwe umuntu aryamana na inabukwe+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)
14 “‘Umugabo niyatwara umukobwa na nyina wiwe, buzoba ari ubushirasoni+. Bakwiye kumuturirana na bo mu muriro+, kugira ngo ubushirasoni+ ntibubandanye hagati muri mwebwe.