Kuvayo 29:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Uze uzane ya shūri imbere y’ihema ry’ihuriro, hanyuma Aroni n’abahungu biwe barambike ibiganza ku mutwe wayo+. Abalewi 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wa nya shikanwa riturirwa, maze rizokwemeranwa umutima mwiza+ ku bwiwe kugira atangirwe impongano*+.
10 “Uze uzane ya shūri imbere y’ihema ry’ihuriro, hanyuma Aroni n’abahungu biwe barambike ibiganza ku mutwe wayo+.
4 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wa nya shikanwa riturirwa, maze rizokwemeranwa umutima mwiza+ ku bwiwe kugira atangirwe impongano*+.