Matayo 5:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 “Mwarumvise ko vyavuzwe ngo: ‘Utegerezwa gukunda mugenzawe+ ukanka umwansi wawe+.’ Matayo 22:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Irigira kabiri rimeze nka ryo, ni iri: ‘Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.’ Abaroma 13:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko ya mategeko ngo: “Ntukarenge ibigo+, Ntukice+, Ntukibe+, Ntukagire umwina+,” hamwe n’irindi bwirizwa iryo ari ryo ryose rihari, apoperanirijwe muri iri jambo, ari ryo: “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.” Abagalatiya 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko Itegeko ryose uko ringana rirangukira+ mw’ijambo rimwe, ari ryo ry’iri: “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.” Yakobo 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nimba rero mushitsa neza rya tegeko ry’i bwami+ nk’uko icanditswe kivuga, ngo: “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+,” muriko mugira neza cane.
9 Kuko ya mategeko ngo: “Ntukarenge ibigo+, Ntukice+, Ntukibe+, Ntukagire umwina+,” hamwe n’irindi bwirizwa iryo ari ryo ryose rihari, apoperanirijwe muri iri jambo, ari ryo: “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.”
14 Kuko Itegeko ryose uko ringana rirangukira+ mw’ijambo rimwe, ari ryo ry’iri: “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.”
8 Nimba rero mushitsa neza rya tegeko ry’i bwami+ nk’uko icanditswe kivuga, ngo: “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+,” muriko mugira neza cane.